Matayo 26:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ariko ndababwiye ko ntazosubira kunywa kuri iki kinyobwa c’umuzabibu, gushika umusi nzokinywa ari gishasha ndi kumwe namwe mu Bwami bwa Dawe+.»
29 Ariko ndababwiye ko ntazosubira kunywa kuri iki kinyobwa c’umuzabibu, gushika umusi nzokinywa ari gishasha ndi kumwe namwe mu Bwami bwa Dawe+.»