Matayo 26:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Petero amwishura ati: «Naho vyosaba ko mpfana nawe, sinzogenda ndakwihakanye+.» N’abandi bigishwa bose bavuga uko nyene.
35 Petero amwishura ati: «Naho vyosaba ko mpfana nawe, sinzogenda ndakwihakanye+.» N’abandi bigishwa bose bavuga uko nyene.