Matayo 26:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Hanyuma Yezu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemani+, ababwira ati: «Ba muricaye ng’aha, jewe ngiye hirya gatoyi gusenga+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:36 Yezu ni inzira, rup. 282
36 Hanyuma Yezu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemani+, ababwira ati: «Ba muricaye ng’aha, jewe ngiye hirya gatoyi gusenga+.»