Matayo 26:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Ariko Yezu amubwira ati: «Mugenzi, uzanywe n’iki ng’aha+?» Baca begera Yezu, baramufata baramugumya. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:50 Yezu ni inzira, rup. 284
50 Ariko Yezu amubwira ati: «Mugenzi, uzanywe n’iki ng’aha+?» Baca begera Yezu, baramufata baramugumya.