Matayo 26:58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 58 Ariko Petero aguma amukurikira agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe uko bigenda+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:58 Yezu ni inzira, rup. 288 Niwigane, rup. 199-200 Umunara w’Inderetsi,1/4/2010, rup. 22-23
58 Ariko Petero aguma amukurikira agendera kure, arashika no mu rugo rw’umuherezi mukuru. Amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe uko bigenda+.