Matayo 26:62 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 62 Umuherezi mukuru aca arahaguruka, amubaza ati: «Nta na kimwe wishura? Ntiwumva ivyo bariko barakwagiriza+?»
62 Umuherezi mukuru aca arahaguruka, amubaza ati: «Nta na kimwe wishura? Ntiwumva ivyo bariko barakwagiriza+?»