Matayo 26:69 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 69 Petero yari yicaye hanze mu rugo. Umusukukazi aca araza amusanga aho ari, amubwira ati: «Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:69 Yezu ni inzira, rup. 288
69 Petero yari yicaye hanze mu rugo. Umusukukazi aca araza amusanga aho ari, amubwira ati: «Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!»