Matayo 26:71 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 71 Petero agiye amaja kw’irembo*, uwundi musukukazi aramubona, aca abwira abari ng’aho ati: «Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.»
71 Petero agiye amaja kw’irembo*, uwundi musukukazi aramubona, aca abwira abari ng’aho ati: «Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.»