Mariko 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hanyuma baja i Kaperinawumu. Hageze ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi, atangura kwigisha+.