Mariko 1:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Nuko akiza abantu benshi barwaye indwara zitandukanye+, yongera yirukana amadayimoni menshi. Ariko ntiyareka ayo madayimoni ngo avuge, kuko yari azi ko ari Kristu*.
34 Nuko akiza abantu benshi barwaye indwara zitandukanye+, yongera yirukana amadayimoni menshi. Ariko ntiyareka ayo madayimoni ngo avuge, kuko yari azi ko ari Kristu*.