Mariko 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Amaze kweraguza abaraba kandi yashavuye, atuntujwe n’ukuntu imitima yabo ikomantaye+, aca abwira uwo mugabo ati: «Ramvura ukuboko kwawe.» Na we arakuramvura, guca kurakira. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:5 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,4/2018, rup. 5 ‘Ingo unkurikire’, rup. 187-188
5 Amaze kweraguza abaraba kandi yashavuye, atuntujwe n’ukuntu imitima yabo ikomantaye+, aca abwira uwo mugabo ati: «Ramvura ukuboko kwawe.» Na we arakuramvura, guca kurakira.
3:5 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,4/2018, rup. 5 ‘Ingo unkurikire’, rup. 187-188