Mariko 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Igihe yari wenyene, abigishwa bamwebamwe hamwe na bamwe cumi na babiri batangura kumubaza ibibazo kuri ivyo bigereranyo+.
10 Igihe yari wenyene, abigishwa bamwebamwe hamwe na bamwe cumi na babiri batangura kumubaza ibibazo kuri ivyo bigereranyo+.