Mariko 5:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Bashitse muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, ahasanga urwamo rwinshi n’abariko bararira bongera baboroga cane+.
38 Bashitse muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, ahasanga urwamo rwinshi n’abariko bararira bongera baboroga cane+.