-
Mariko 5:42Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
42 Ubwo nyene ako kigeme karahaguruka, gatangura kugendagenda (kari gafise imyaka 12). Abari ng’aho baca barumirwa, bararengerwa n’umunezero.
-