Mariko 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umukobwa wa Herodiya yarinjiye, aratamba, ashimisha Herodi n’abariko barasangira na we*. Umwami aca amubwira ati: «Nsaba ico ushaka cose ndakiguha.»
22 Umukobwa wa Herodiya yarinjiye, aratamba, ashimisha Herodi n’abariko barasangira na we*. Umwami aca amubwira ati: «Nsaba ico ushaka cose ndakiguha.»