Mariko 6:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Naho umwami vyamubabaje cane, ntiyashatse kwanka ivyo uwo mukobwa amusavye, kubera indahiro yarahiye no kubera abariko barasangira na we*.
26 Naho umwami vyamubabaje cane, ntiyashatse kwanka ivyo uwo mukobwa amusavye, kubera indahiro yarahiye no kubera abariko barasangira na we*.