Mariko 6:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Na we ababwira ati: «Nimuze mwenyene, tuje ahantu hiherereye kugira muruhuke gatoya+.» Nkako, hari uruja n’uruza rw’abantu benshi, ku buryo babura n’akanya ko gufungura. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:31 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17 Umunara w’Inderetsi,1/3/2000, rup. 14
31 Na we ababwira ati: «Nimuze mwenyene, tuje ahantu hiherereye kugira muruhuke gatoya+.» Nkako, hari uruja n’uruza rw’abantu benshi, ku buryo babura n’akanya ko gufungura.