Mariko 6:56 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 56 Ahantu hose yaba yinjiye mu bigwati, mu bisagara canke mu mihana, abantu baca bazana abarwayi mw’isoko, bakamutakambira ngo bakore gusa ku buyonga bw’impuzu yiwe*+, kandi ababukozeko bose baca bakira. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:56 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16
56 Ahantu hose yaba yinjiye mu bigwati, mu bisagara canke mu mihana, abantu baca bazana abarwayi mw’isoko, bakamutakambira ngo bakore gusa ku buyonga bw’impuzu yiwe*+, kandi ababukozeko bose baca bakira.