Mariko 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abishura ati: «Mwa biyorobetsi mwe! Umuhanuzi Yesaya ntiyihenze igihe yavuga ibiberekeye ati: “Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, mugabo umutima wabo uri kure yanje rwose+.
6 Abishura ati: «Mwa biyorobetsi mwe! Umuhanuzi Yesaya ntiyihenze igihe yavuga ibiberekeye ati: “Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, mugabo umutima wabo uri kure yanje rwose+.