-
Mariko 7:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Mugabo mwebwe muvuga ngo: “Umuntu arashobora kubwira se canke nyina ati: ‘Ibintu vyose nari mfise nogufashisha ni korubani (ni ukuvuga ishikanwa ryeguriwe Imana).’”
-