Mariko 7:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ukwo ni ko mwatituye ijambo ry’Imana kubera imigenzo yanyu mwagiye murahererekana+, kandi hari n’ibindi vyinshi nk’ivyo mukora+.»
13 Ukwo ni ko mwatituye ijambo ry’Imana kubera imigenzo yanyu mwagiye murahererekana+, kandi hari n’ibindi vyinshi nk’ivyo mukora+.»