Mariko 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yongera guhamagara isinzi ry’abantu ngo rize aho ari, ababwira ati: «Nimunyumvirize mwese kandi mutahure neza ico ndababwiye+.
14 Yongera guhamagara isinzi ry’abantu ngo rize aho ari, ababwira ati: «Nimunyumvirize mwese kandi mutahure neza ico ndababwiye+.