Mariko 7:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Aca ava ng’aho aja mu karere ka Tiro na Sidoni+. Hanyuma ashitseyo, yinjira mu nzu. Ntiyashaka ko hagira umuntu n’umwe abimenya, ariko ntivyashobotse ko batamubona. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:24 Yezu ni inzira, rup. 138
24 Aca ava ng’aho aja mu karere ka Tiro na Sidoni+. Hanyuma ashitseyo, yinjira mu nzu. Ntiyashaka ko hagira umuntu n’umwe abimenya, ariko ntivyashobotse ko batamubona.