Mariko 7:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aca amubwira ati: «Ko uvuze ivyo, niwitahire. Idayimoni yamaze kuva mu mukobwa wawe+.»