Mariko 10:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Yezu aca amubwira ati: «Niwigire, ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene aca arahumuka+, atangura kumukurikira. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:52 Yezu ni inzira, rup. 230
52 Yezu aca amubwira ati: «Niwigire, ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene aca arahumuka+, atangura kumukurikira.