Mariko 11:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyongeye, benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti mu mashamba+.