Mariko 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, hanyuma aja mu rusengero, areraguza araba ibintu vyose. Ariko kubera bwari bwije, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+.
11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, hanyuma aja mu rusengero, areraguza araba ibintu vyose. Ariko kubera bwari bwije, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+.