-
Mariko 11:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Akiri kure, abona igiti c’umusukoni cari gifise amababi, aca aja kuraba ko hari ico yogisangako. Ariko agishikiriye, asanga kiriko amababi gusa, kuko kitari igihe co kwama.
-