Mariko 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma bamurungikira Abafarizayo bamwebamwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi, kugira bamufatire mu vyo avuga+.
13 Hanyuma bamurungikira Abafarizayo bamwebamwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi, kugira bamufatire mu vyo avuga+.