Mariko 12:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Bashitse, bamubwira bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko utarondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma, ahubwo wigisha inzira y’Imana mu kuri. Vyoba vyemewe* kuriha ikori* Sezari canke ntivyemewe? Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:14 Yezu ni inzira, rup. 250
14 Bashitse, bamubwira bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko utarondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma, ahubwo wigisha inzira y’Imana mu kuri. Vyoba vyemewe* kuriha ikori* Sezari canke ntivyemewe?