Mariko 14:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko bashika ahantu hitwa Getsemani, maze abwira intumwa ziwe ati: «Ba muricaye ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:32 Yezu ni inzira, rup. 282 ‘Igihugu ciza’, rup. 30-31
32 Nuko bashika ahantu hitwa Getsemani, maze abwira intumwa ziwe ati: «Ba muricaye ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.»