Mariko 14:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Gume muri maso kandi mugume musenga, kugira ntimutwarwe n’ibigeragezo+. Nkako, umutima urashashaye* ariko umubiri uragoyagoya+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:38 Yezu ni inzira, rup. 282
38 Gume muri maso kandi mugume musenga, kugira ntimutwarwe n’ibigeragezo+. Nkako, umutima urashashaye* ariko umubiri uragoyagoya+.»