Mariko 14:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Ubwo nyene akiriko aravuga, Yuda umwe muri bamwe cumi na babiri aca arashika. Yari kumwe n’isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abakuru b’abaherezi, abanditsi n’abashingantahe+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:43 Yezu ni inzira, rup. 284
43 Ubwo nyene akiriko aravuga, Yuda umwe muri bamwe cumi na babiri aca arashika. Yari kumwe n’isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abakuru b’abaherezi, abanditsi n’abashingantahe+.