Luka 2:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Ico gihe hariho kandi umuhanuzikazi yitwa Ana, umukobwa wa Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri. Uwo mugore yari ashaje cane. Yamaranye n’umugabo wiwe imyaka indwi kuva bubakanye*, Umuco w’ukuri w’isi Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Ana avuga ivyerekeye uwo mwana (gnj 1 48:52–50:21)
36 Ico gihe hariho kandi umuhanuzikazi yitwa Ana, umukobwa wa Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri. Uwo mugore yari ashaje cane. Yamaranye n’umugabo wiwe imyaka indwi kuva bubakanye*,