Luka 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yohani yarabishura, akabwira abantu bose ati: «Jewe ndababatiza mu mazi, mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi simbereye no kubohora imigozi y’ibirato* vyiwe+. Azobabatiza mu mpwemu nyeranda no mu muriro+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:16 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 15 Abahurikiye hamwe, rup. 96
16 Yohani yarabishura, akabwira abantu bose ati: «Jewe ndababatiza mu mazi, mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi simbereye no kubohora imigozi y’ibirato* vyiwe+. Azobabatiza mu mpwemu nyeranda no mu muriro+.