-
Luka 3:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Mugabo Herodi buramatari w’intara ya Galilaya, kubera ko Yohani yari yamuhambariye ku bijanye na Herodiya umugore wa mwenewabo no ku bijanye n’ibindi bibi vyose yari yarakoze,
-