Luka 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ababwira kandi ati: «Ni ukuri, ndababwiye ko ata muhanuzi yemerwa mu karere iwabo+.