-
Luka 4:35Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
35 Mugabo Yezu aca arayikankamira ati: «Hora, kandi muvemwo!» Iyo dayimoni imaze kumukubita hasi hagati yabo, ica iramuvamwo ata co imugize.
-