Luka 4:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Amaze kuva mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Inabukwe wa Simoni yari arwaye inyonko ikaze, baca baramusaba ngo amufashe+.
38 Amaze kuva mw’isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Inabukwe wa Simoni yari arwaye inyonko ikaze, baca baramusaba ngo amufashe+.