Luka 5:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 kandi na Yakobo na Yohani, ari bo bahungu ba Zebedayo+ bari basangiye urudandaza na Simoni, na bo nyene bari batekewe n’ubwoba. Ariko Yezu abwira Simoni ati: «Ntutinye. Guhera ubu uzoza uraroba abantu ari bazima+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:10 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2020, rup. 3-4 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),5/2016, rup. 9 Umunara w’Inderetsi,1/7/2004, rup. 1015/8/2002, rup. 12
10 kandi na Yakobo na Yohani, ari bo bahungu ba Zebedayo+ bari basangiye urudandaza na Simoni, na bo nyene bari batekewe n’ubwoba. Ariko Yezu abwira Simoni ati: «Ntutinye. Guhera ubu uzoza uraroba abantu ari bazima+.»
5:10 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2020, rup. 3-4 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),5/2016, rup. 9 Umunara w’Inderetsi,1/7/2004, rup. 1015/8/2002, rup. 12