Luka 5:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Inyuma y’ivyo arasohoka, hanyuma abona umutozakori yitwa Lewi yicaye aho batoreza ikori*, maze amubwira ati: «Nkurikira+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:27 Yezu ni inzira, rup. 68
27 Inyuma y’ivyo arasohoka, hanyuma abona umutozakori yitwa Lewi yicaye aho batoreza ikori*, maze amubwira ati: «Nkurikira+.»