Luka 5:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Bamubwira bati: «Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi kandi bagasenga batakamba, kandi n’abigishwa b’Abafarizayo ni ko bagira, ariko abigishwa bawe baririra bakinywera+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:33 Yezu ni inzira, rup. 70
33 Bamubwira bati: «Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi kandi bagasenga batakamba, kandi n’abigishwa b’Abafarizayo ni ko bagira, ariko abigishwa bawe baririra bakinywera+.»