Luka 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Butanguye kwira, bamwe cumi na babiri baraza, bamubwira bati: «Rungika abo bantu baje mu mihana no mu bigwati vyo mu micungararo kurondera uburaro n’ivyo kurya, kuko ng’aha turi mu gahinga+.»
12 Butanguye kwira, bamwe cumi na babiri baraza, bamubwira bati: «Rungika abo bantu baje mu mihana no mu bigwati vyo mu micungararo kurondera uburaro n’ivyo kurya, kuko ng’aha turi mu gahinga+.»