Luka 9:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, iyo dayimoni ica iramukubita hasi, iramujegeza cane. Ariko Yezu aca arakankamira iyo mpwemu mbi* maze akiza uwo muhungu, amushikiriza se wiwe.
42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, iyo dayimoni ica iramukubita hasi, iramujegeza cane. Ariko Yezu aca arakankamira iyo mpwemu mbi* maze akiza uwo muhungu, amushikiriza se wiwe.