Luka 11:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ndababwiye ko azovyuka akamuha ivyo akeneye vyose, atari kubera ari umugenzi wiwe, ahubwo kubera yumiyeko akaguma amugobera+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2019, rup. 13 Yezu ni inzira, rup. 174 Umunara w’Inderetsi,15/12/2006, rup. 20-22
8 Ndababwiye ko azovyuka akamuha ivyo akeneye vyose, atari kubera ari umugenzi wiwe, ahubwo kubera yumiyeko akaguma amugobera+.
11:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2019, rup. 13 Yezu ni inzira, rup. 174 Umunara w’Inderetsi,15/12/2006, rup. 20-22