Luka 11:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo bamwe muri bo bavuga bati: «Yirukana amadayimoni abifashijwe na Beyezebuli*, umutware w’amadayimoni+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:15 Yezu ni inzira, rup. 176
15 Mugabo bamwe muri bo bavuga bati: «Yirukana amadayimoni abifashijwe na Beyezebuli*, umutware w’amadayimoni+.»