-
Luka 11:37Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
37 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, Umufarizayo umwe aca aramutumira muhira iwe kugira amuzimane. Aca arinjira hanyuma yicara ku meza.