-
Luka 13:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Aca abwira uwamukorera muri uwo murima ati: “Raba imyaka itatu iraheze nza kurondera ivyamwa kuri iki giti c’umusukoni, ariko nkabura. Cicire! Kuki coguma gipfisha ubusa aha hantu?”
-