Luka 13:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Aho ni ho muzoririra kandi ni ho muzohekenyera imisaya*, nimwabona Aburahamu, Izahaki, Yakobo n’abandi bahanuzi bose bari mu Bwami bw’Imana, ariko mwebwe mwaterewe hanze+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:28 Yezu ni inzira, rup. 192
28 Aho ni ho muzoririra kandi ni ho muzohekenyera imisaya*, nimwabona Aburahamu, Izahaki, Yakobo n’abandi bahanuzi bose bari mu Bwami bw’Imana, ariko mwebwe mwaterewe hanze+.