-
Luka 13:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Muri uwo mwanya nyene, bamwe mu Bafarizayo baca baraza, bamubwira bati: «Va ng’aha ugende, kuko Herodi ashaka kukwica.»